MENYEKANISHA IBIKORWA VYAWE HANO

Inaonyesha machapisho yaliyo na lebo HOME. Onyesha machapisho yote
Inaonyesha machapisho yaliyo na lebo HOME. Onyesha machapisho yote

Jumanne, 16 Desemba 2014

raba ano mafoto yabaririvyi babarundikazi Chany queen NA Olga abastarkazi baabrundi bakomeje kwifotoza amafoto yatuma abagabo babarondera raba nawe hano.

Muri iyi Minsi abastarkazi baabrundi bakomeje kwifotoza amafoto akurura abagabo ( attirante )
muri iyi minsi umuntu ashaka kumenyekana kumbuga za internet hose, abastar benshi basigaye bamwe bafata amafoto bambaye ubusa. nubwo abafana benshi baca bafata ukutariko abo bastarkazi baba bafashe amafoto bahenye. ariko mubastarkazi bamwe bamwe twagiye, umwe atashatse ko tumuvuga izina akaba yavuze ati :

nkanje ndi mukazi, umuziki nakazi mukandi, kandi akazi akarikoko kose gafise ikibiranga,
ninkabakora akazi ko kuvura bafise impuzu zibaranga, abakora akazi ko kwubaka gafise impuzu zibaranga, nico kimwe nakazi nkora, akazi kumuziki kaba gasaba ko uboneka neza, ukisiga amavuta, ukerekana umubiri wawe, hamwe usanga ukeye, benshi baca bibaza ngo ndindaya nibindi nibindi ariko sivyo il faut ko abantu bamenya akazi nikibiranga, kuba dufata amafoto canke twambara uduhuzu duto sukuvuga ko tuba dushaka abagabo, nkanje nsanzwe ndanamufise, kandi ntabwo ashobora kunshavurira ngo mfata amafoto mpenye, kubera nakazi kanje, kandi utegerezwa kunkunda ukondi. akarorero nkabo bastar bo hanze, baba bafise abagabo.



raba aya niyo mafoto mashasha ya Chany queen akaba yashizwe kurubuga rwa facebook  nincuti yiwe                           ntaganzwa. Kwirikirana Hano>>>http://www.blaiton.com


http://www.blaiton.com
aba sani bakomeje kumenyekana   barundi kazi naba Olga Na  Chany queen http://www.blaiton.com
http://www.blaiton.com
http://www.blaiton.com
umusani wumwigeme  muburundi  Chany queen  `http://www.blaiton.com
 
kwirikirana izindi hano>>>  http://www.blaiton.com

Ijumaa, 5 Desemba 2014

UYUMUKOBWA YIMUYE UYUMUHUNGU NGO BABANE HAFI NONE BACIYE BAMUTERA IMBANYI UNO MUKOBWA KANDI UYUMUHUNGU YARI YAMUKOYE RABA UKUNTU HABADAYI AMAHERA YAGE. RABA HANO

http://www.nation.co.ke/image/view/-/2524714/highRes/877416/-/maxw/600/-/dfghbn/-/ki_pix.jpg


uyumukobwa twarakundanye imyaka 4  nditanga  kirakintu yashaka   ndaremera nkakigurana mpaka  mpaka akakironka   kuko twari  yaba muyindi    city kushika  haba ndafata indege  mwigari yaramasaha  cenda9   uyumukobwa  acatangura kumbarira ngo ndimuke ndamwegere   vyaramaze kungora  kuca ndimuka  ubwo nyene  niho ndaca ndabamenyesha  Abavyeyi banje  bavuga   Ati nimba ndamukunze nimvuge bankwerere ndamurongore  niho ndaca ndabimubwira  nawe aca anyishura Ati  ngamurindire  yige imyaka2 kuri collg.  ariko ntivyanguye neza  mubuzima  uyumukobwa  nyene yaguma ambarira  ngo ndimuke ngo ndamwegere  haragere igihe kimwe ndimuka  shikira iwabu  bona kobitari sawa  candahava mba kumuryango wabo   tumaranye imyaka 3 atangura kumpemukira buke buke  aca araja kwigira muyindi city kuva homba nagushika hagiye yaramasaha 2 ariko kira mumisi ya weekend yama yaje muhira  niho yaca ambarira  ngo afise uyundi muhungu bakundanye  kandi nanje  ndaza ndamukoye   baciye  ibihumbi $ 9  ndaciye ntanga ikice niho   haciye imisi  mike niho  yatanguye kunyereka  aphoto yuwundi muhungu ambarira  ngo niwe mukunzi wiwe  niho ndaca ndabishira  mubashinganahe   abavyeyi biwe niho batangura kumubaza    kwarivyo vyobumva kubijanya jewe nawe   uyumukoba  niho yaca  avyemera  avuga uko  muvyumva nuko biri simpindura  sewiwe nawe ati uvuze gute?  umukobwa nawe ati nuko uvyumvise   umuhungu niho yavyihoza vyaramubabaje gose  acatangura kwiyumvira ikituma yimutsa  kubwuwo mkukobwa  kandi abavyeyi buwo muhungu bara  mwandikiye amamasegi   bamutuka gosi ko atabwenge  afise  yuko yarongowe  ariko  uwo muhungu agerageza kwihangana  kuko bosi baririmba hamwe   uwomukobwa  haciye indwi 3 niho yiyumviye  asaba imbabazi kubavyeyi hamwe nuwo muhungu  mwikanisa  kandi  Ikanisa ryuzuye abantu  atangura kurira bukomeye  gose  mugihe  yariko arasaba ikigongwe  ariko  ubu naho uyomuhungu yumva  ngo uwomukobwa ngo afise imbanyi  yindaro  kandi siyuwo muhungu Avuga ko ariyuwundi muhungu.  * .ubu hayishuza  amahera yiwe ibihumbi $6..  birababaje kwimuka kubwumukobwa  ugata abavyeyi kubera umukobwa  haciye  Umwaka 1  akaca aguheba   ukaca wumva ngo afise imbanyi  kandi wamukoye  Raba uwo vyishikiriye.kwirikirana izindi nkuru ngaha >> www.blaiton.com

Alhamisi, 6 Machi 2014

Jumatatu, 3 Machi 2014

UMUBOSI YAGUZE INDEGE AYIHINDURAMWO INZU SOMA URABE AMA PHOTO


mwiyi ndege iyinzu harimwo ivyumba 27

The grounded Boeing 747 is now a fixed hostel at Arlanda airport, near Stockholm, where gusts can even pay to stay in the cockpit suite
niki nichumba  



The rooms are all kitted out with flatscreen TVs, WiFi and en-suites



raba izindi photo



Unusual: The unique Jumbo Stay hostel has a selection of 27 cabins to choose from with rooms having elevated views of the airport
The unique Jumbo Stay hostel has a selection of 27 cabins to choose from




The 1976 Jumbo is now a fixed hostel feature at the Arlanda airport near Stockholm, in Sweden
yayisize hambavu yikibuga cindege   Arlanda airport hambavu yumuji wa Sweden Stockholm, 


The airplane, a decommissioned jumbo jet built in 1976, was last operated by Transjet, a Swedish airline that went bankrupt in 2002

Mmiliki wi ndege iyo Oscar Divs yaguze indege iyo  1976 Boeing 747-200 yaciye ayihindura inzu



The unique style of accommodation is likely to appeal to aviation enthusiasts, but perhaps not frequent flyers
niki nicumba



Mr Divs said the opportunity to buy the Jumbo came at exactly the right time: 'Since I had for a long time wanted to establish my business at Arlanda I didn't hesitate for a second when this opportunity struck'

ikinicumba cabashitsi harimwo na TV na  WiFi

Guests have a hefty flight of stairs to climb if they want to stay in the Jumbo, climbing to entrances either at the front or the back of the plane



Transformation: Much work has gone into converting the decommissioned Jumbo from a passenger plane to a comfortable hostel with places to kick back and relax
aha naho naho kuruhukiraaa







                                   TWANDIKIRE IVYI PFUZO VYANYU

Jumamosi, 22 Februari 2014

KIDUMU ARIKUKORA SHOW MU BUBILIGI

Umuhanzi Kidumu mu Bubiligi


Yanditswe kuya 22-02-2014 - Saa 15:23'post.. by blaiton



Umuhanzi Kidumu Kibido, azakorera igitaramo cya muzika mu Bubiligi mu kwezi kwa Werurwe 2013.
Nk’uko tubitangarizwa na Kiyoyo Juma umenyerewe mu gutumira mu Bubiligi no mu Buholandi abahanzi bazwi baturuka mu gihugu cy’Uburundi, ubu umuhanzi ukunzwe cyane mu karere k’ibiyaga bigari Kidumu ategerejwe mu bubiligi mu mujyi wa Anvers ku butumire bwa Kiyoyo Juma.
Kiyoyo avuga ko Kidumu yiteguye gushimisha Abarundi n’Abanyarwanda n’inshuti zabo batumiwe ari benshi muri iki gitaramo kizabera mu majyaruguru y’u Bubiligi.
Akomeza agira ati : “iki gitaramo kizabera ahitwa Nerviersstraat 12 - 2018 Antwerpen, tariki ya 15 Werurwe guhera saa mbiri z’umugoroba, kwinjira bikaba ari 15€ ku muntu”.
Si ubwa mbere Kidumu ataramira ku mugabane w’uburayi kuko akunze kuzenguruka isi akora ibitaramo bikanitabirwa n’abantu benshi


                TWANDIKIRE   IVYIPFUZO VYANYU 

Alhamisi, 20 Februari 2014

SOMA IYINKURU. IJANYE NAYA MA PHOTO NICO YASIGURA KUBAKUNZI BU MUPIRA WAMAGURU.

UMUPIRA W'AMAGURU 
 Mu buryo bwo kugera kuri gahunda yabo; Illumminati muri gahunda yabo ya NEW WORLD ORDER biyemeje yo kugira ngo bagenzura imitekerereze y'abantu ndetse bajye banagena icyo utekereza(mind control), badutegera muri enterternment( kwidagadura). Bazi neza ko twese enterternment idushobora. 
Aha rero niho bategera abantu cyane, mu miziki, mu tubyiniro, mu bitaramo, mu mikino... Mbese barabizi neza ko bagomba kudutegera ahantu hose hahurira abantu benshi nko ku ma social network nka za facebook n'ahandi.
Reka noneho uyu munsi tuvuge kuri Soccer cyangwa se umupira w'amaguru 
 Umuntu wese wabashije gukina soccer akajya gukina byibuze mace(match) imwe, azi neza ibibera mu mupira w'amaguru. Yaba ikipe ya segiteri, yaba ikipe y'amashyirahamwe, yaba ikipe y'akarere cyangwa se na ziriya zikina mu rwego rw'igihugu, nta kipe nimwe ishobora kujya gukina n'indi itabanje kujya kuraguza, guterekera, ndetse no kurogesha ku bapfumu.
Ibi ni ibintu bizwi nbose. Niba utabizi shaka umufana ukomeye cyangwa ummuntu wakinnye umupira w'amaguru arabikubwira neza. Hari abasore babiri nzi bavukanaga kandi bakina mu makipe abiri ahora ahanganye ku buryo mbese iyo izo kipe zakinaga, n'abafana ubwabo bararwanaga. Nuko umusore umwe bakamuhungisha kugira ngo baticana hagati yabo cyangwa bakarogana dore wagira ngo umuntu iyo yageze mu bapfumu aba yataye ubwenge. N'ababyeyi babo bari babizi ko bibeshye bakabarekera hamwe mbere icyumweru ngo match ibe, bari babizi ko umwe bashobora kubura umwe.
ikipe ya Manchester United 
Waba uzi ikipe ya Manchester United? waba uzi ibirango(logo) byayo? waba uzi amazina yabo se? 
Igisubizo cy'ibi bibazo, turafatanya njye nawe kugishaka wowe utanga igitekerezo uko ubibona.
Ikipe ya Manchester United ni ikipe ikomeye cyane mu Bwongereza ariko si mu Bwongereza bayifana gusa kuko ifite abafana benshi ku isi. Ndetse banavuga ko ari yo yambere mu kugira abafana benshi ku isi.
Iyi kipe ifite amazina menshi: hari MANCHESTER UNITED, MAN U, RED DEVILS, REDS...
Iyo witegereje ikirango cyayo(kiriya kiri hejuru) handitseho izina ryayo, igihe yashingiwe(established in 1878), hasi handitse ngo RED DEVILS( amajini y'umutuku) ubundi bagashira agakoko kameze nka devil k'umutuku 
Ese izina devil barikundira iki? buriya nta kintu kibyihishe inyuma? Ubundiikintu cyose wigereranyije nacyo cyose bivuga ko uba ucyemera. niwiyita umwana w'Imana, uzakora nk'umwana wayo, niwiyita uwa satani,, ubwo nyine uzasa nkayo. 
Mu kuyobya imbaga y'abantu benshi batuye isi, Illuminati ifata ibirango byayo yavanye ikuzimu ikabishyira ku bantu( ku myenda no ku bindi bintu byose dukoresha) maze tukagenda tuyikorera publicite. Kandi bo burya baba bazi ukuntu biriya birango byabo bitwica gahoro gahoro.
Ubu kuri iyi si kugira ngo ube ikirangirire ni ukubanza ugatanga ubugingo bwawe ukabuha Devil zikabukoresha icyo zishatse ubundi zikaguha ibyo ushaka. Kuko ziziko kuri iyi si umuntu akeneye kumenyekana n'icyubahiro mu bandi kandi ngo Icyubahiro ni icy'Imana Data wa twese waremye ijuru n'isi. Burya nubona umuntu urwanira ibyubahiro uje umenya ko yatandukiriye.
Gufana, kuyoboka, guhimbaza byose bijya gusa nko gusenga kuko burya ikintu uriho ufana kiba cyagutwaye umutima wose kugeza naho  ushobora kurwana na mugenzi wawe. Gufana rero byongeye ugafana RED DEVILS, sinzi niba utagombye kwibaza aha hantu. Uretse ko atari Man u gusa, ndashyiraho ibirango by'ayandi makipe maze wirebe ibikoko bashyiramo.
 Icyo abandi bavuga kuri Man united

Jumanne, 18 Februari 2014

RABA UMWANA WA LOLILO NA CHANELLA IZINA RYUWO MWANA NI LAHMA

                         lahma  azohora yibutsa  lolilo na  chanella kobigeze kukundana *
  •  Lahma azohora yibutsa Lolilo na Chanelle ko bigeze gukundanaa

 post... by blaiton.

Lahma ni umwana w’umuririmvyi Nzeyimana Nassor azwi kw’izina rya Lolilo yavyaranye n’umuririmvyi mugenzi wiwe Gitare Chanelle igihe bari bagikundana, kubwabo ngo iyo babonye uwo mwana bibibutsa ko bigeze gukundana.

Lolilo na Chanelle babonye umwana bararyoherwa cane ivyo bigatuma umwana akomeza kwitabwaho n’abavyeyi bombi.
Ubu Lahma yibera kwa nyina kuko se wiwe afise abandi bana babiri yavyaranye nundi mugore, abo nabo bakaba baba hanze y’igihugu c’ubundi.
Urukundo rwa chanelle na Lolilo abantu baruvugako vyinshi bitandukanye bamwe bati baracakundana abandi bati no mw’ibarabara ntibaramukanya baranganye burundu.
Ariko bose uko babivuga sivyo kuko umuntu mwavyaranye mukaba munakora bimwe mugahurira mubiteramo bitandukanye ntimwobura kuramukanya.
Ariko ubu biboneka ko urukundo bari bafitaniye rwagabanutse cane kuko ubu chanelle asigaye yitwa Queen flow kubera umukunzi wiwe bakundanye ubu yitwa R-flow ku bwa chanelle akitwa King chanelle.

Iyi ndirimbo  akaba ari  albumu ya lolilo  yambere batanguye kumenyana  na chanella     raba   VIDEO .............=>
                       TWANDIKIRE  IVYIPFUZO  VYANYU

Ijumaa, 14 Februari 2014

Umunsi w'igwirirana ry'abantu kw'isi: U Burundi n'u Rwanda ni gute?

Abantu babandanya kugwirirana kw'isipost by blaiton.
Abantu babandanya kugwirirana kw'isi
U Rwanda n'u Burundi biri mu bihugu bifise abantu benshi kurusha ibindi muri Afrika ugereranije n'ukuntu bingana, bikaba bibangamiwe kandi n'igwirirana ryabo.
Kuri uno munsi isi yizihiza umunsi wahariwe igwirirana ry'abantu, ivyo bihugu vyombi biraba aho bigejeje imigambi yo kugabanya iryo gwirirana, rishobora kubangamira iterambere bikeneye cane.

Mu Burundi

Mu Burundi umugambi wo kuvyara ku rugero urabangamiwe cane kubera abakobwa benshi bari munsi y'imyaka 18 batwara imbanyi hataragera.
Muri bo harimwo abanyeshuri bo mu mashuri y'intango n'ayisumbuye.
Abahinga bakavuga ko ubukene hamwe n'ikibazo c'indero yatitutse, biri mu bituma ibitigiri vyongerekana ku munsi ku munsi, kandi bigatuma abantu bagwirirana muri ico gihugu.

Mu Rwanda

U Rwanda ni kimwe mu bihugu bifise ubucucikirane buri hejuru cane kurusha ibindi bihugu muri Afrika.
Ariko co kimwe n’ahandi henshi kuri uwo mugabane, kuvyara ku rugero ntibikunze kwakirwa neza na benshi kubera ikibazo c’imigenzo n’imico.
Mu myaka myinshi yashize, kuvyara abana benshi vyafatwa nk’ikimenyetso c’ubutunzi hamwe n'imbaraga mu Rwanda.
Ariko leta c'ico gihugu yo ibona ukwiyongera gukabije kw’abaturage ari ikibazo gikomeye.
Mu gihe mu bisanzwe abagore ari bo bakunze kwitabira imigambi yo kugabanya imvyaro, leta yatanguye guhimiriza n’abagabo kwitabira ubu buryo, bifungisha burundu ku gushaka.


                                    TWANDIKIRE IVYI PFUZO VYA NYU

Jumatano, 12 Februari 2014

ABANYARWANDA BABIRI BAFUNGIWE MURI GEREZA NKURU YA NGOZI MU BURUNDI ..SOMA IYONKURU



Yenga Fidele n’umugore we Milindi Solange (Ifoto/Izuba Rirashe)

Umugabo n’umugore, Yenga Fidele na Milindi Solange bafite ubwenegihugu bw’u Rwanda bafungiwe muri Gereza ya Ngozi i Burundi aho bakekwaho icyaha cy’ubushukanyi (escroquerie) ariko bo bakavuga ko bashimuswe n’inzego z’umutekano z’Intara za Muyinga na Ngozi mu Burundi.

Yenga Fidele uvuga ko ari umukinnyi wa SIMBA FC yo muri Tanzania yagezemo nyuma y’uko avuye muri APR FC mu  2009 naho   umugore we Milindi Solange avuga ko yakoreye MTN Rwanda imyaka 2 n’igice kugeza muri Werurwe 2013.

Bavuga ko bageze i Burundi ku wa 03/11/2013 bafatwa na Polisi y’u Burundi ku wa 05/11/2013. 

Kugeza kuri uyu wa 13/01/2014, Yenga unafite ubwenegihugu wa Congo (RDC) atangaza ko nta dosiye ibashinja bafite aho bafungiwe muri gereza ya Ngozi. Ati "ikigamijwe ni ukutwica inzego z’u Rwanda zitarabimenya kuko bamaze kuza kudushimuta inshuro ebyiri  tukabacika. Icyakora ubu tumaze kubimenyesha Ambasade kandi hari n’imiryango iharanira uburenganzira bw’infungwa yatangiye kutugeraho.”

Uburyo bageze i Burundi

Yenga n'umugore we Milindi (Ifoto: Izuba Rirashe)

Yenga kuri telefone igendanwa yatangarije iki kinyamakuru ari muri gereza ya Ngozi  ko  ku wa 05/11/2013 hamwe n’umugore we bavuye kuri Hoteli Buyenzi babagamo, bakajya k’umupaka wa Kobere uhuza Tanzania n’u Burundi aho bari bagiye kwakira umutwaro wabo wagombaga kuzanwa na bisi (bus) iva Dar es Salaam (Tanzania) ijya Bujumbura (Burundi) woherejwe n’Umuhindi ufite iduka ry’ibikoresho by’ikoranabuhanga muri Tanzania.

Ikinyamakuru Izuba Rirashe kimubajije impamvu ibyo bintu byabo bitoherejwe mu Rwanda, Yenga yagize ati "uwo Muhindi yambwiye ko yabyoherereje  Ndayishimiye w’Umurundi bityo bituma njya kuwufatira i Burundi.”

Nyuma yo kwishyura amafaranga y’u Rwanda ibihumbi 135 byatanzwe n’umugore we muri 500 yari afite bishyurira uwo mutwaro nk’igihembo, Yenga avuga ko Ndayishimiye wazanye umutwaro yanze kuwufungura kugeza ubwo abacitse,  maze bawufunguye basanga ari ikarito irimo ibice 3 by’imbaho mu gihe yagombaga gusangamo mudasobwa 4 z’ubwoko bwa HP. Ati "Twahamagaye Umuhindi atubwira ko yohereje mudasobwa 4 nk’uko twaziguze.”

Yenga akomeza avuga ko bakomeje gushakisha Ndayishimiye bakamubura, bakiyambaza Polisi yari hafi aho ikababwira ko imuzi ariko batazi aho yagiye. Yenga akomeza avuga ko nyuma yo guhohotererwa mu nzu y’abinjira n’abasohoka kugeza ahagana saa 17h00’, haje  ikamyo ya Polisi ikabapakira ku ngufu bakajya gufungirwa kuri Sitasiyo ya Polisi ya Muyinga.

Yenga avuga ko bageze kuri iyi sitasiyo, banze kwinjizwa mu cyumba bafungiramo abanyabyaha kuko nta kintu na kimwe babashinjaga. Ati "Abapolisi batwambuye ibyo twari dufite  birimo amashenete ya zahabu, ibyangombwa byacu n’amafaranga; badufungira aho hantu ariko OPJ akajya adusaba ibihumbi 200 by’Amarundi kugira ngo aturekure kugeza kuwa gatandatu [09/11/2013] k’umugoroba ubwo haje umucamanza (magistrate) witwa Vedaste agategeka ko baturekura kuko yasanze nta dosiye iturega Polisi ifite. Twemeye kuvamo ariko ibintu byacu ntibabiduha kuko bavuze ko bifitwe na komanda wa sitasiyo kandi adakora muri weekend.”

Bava muri kasho

Nyuma yo kuva muri iyi kasho, Yenga avuga ko bakiriwe n’umuntu witwa Shwari w’Umurundi wavugaga ko amuzi akinira APR FC na SIMBA FC. Ati "nasabye umukinnyi w’inshuti yanjye witwa Janvier Besala ukinira Espérence de Tunis kunyoherereza Amadolari 1000 akoresheje Western Union kugira ngo tube twakwigarukira mu Rwanda. Ku cyumweru mu gitondo, twagiye kuri banki BCB, banga kuyaduha mu madolari kuko bashakaga kuyaduha mu mafaranga y’Amarundi ariko turayanga kuko byari kuba ari umukagato w’amafaranga menshi. Batubwira ko niba dushaka Amadolari, tugomba gutegereza kuwa mbere, tukajya muri Banki Nkuru y’Igihugu.”

Yenga yavuze  ko bigeze nka saa yine z’ijoro, kwa Shwari haje imodoka irimo abantu bambaye sivile bakamutwarana n’umugore we Milindi ariko akaba yaraje kumenya ko bari Abapolisi barimo n’abakuru. Ati "batujyanye mu kizu kinini, banyambika igitambaro mu maso n’amapingu mu maguru n’amaboko; umugore wanjye bamujyana mu kindi cyumba aho bamusimburanagaho mu buryo ndashobora no gusobanura.”

Yenga akomeza avuga ko bamusabye ko abaha Amadorali 1000 bakamurekura ari nako bakomezaga kumubaza umubare w’amafaranga  yahaye Umucamanza kugira ngo abarekure. Ati "uko nakomezaga kubabwira ko nta mafaranga twamuhaye niko barushagaho kunkubita imigeri mu nda no mu mpyiko ari nako barushaho kugirira nabi umugore wanjye kugeza ubwo nawe atangiye kuvirirana.”

Yenga avuga ko atangiye kuva amaraso menshi mu mazuru no mu mutwe, bamusubije kuri ya kasho ya Polisi hamwe n’umugore we. Ati "bamaze kuhadusiga, abahafungiwe bavugije induru bavuga ko badashaka gufunganwa n’umunyamahanga uri kuvirirana amaraso bityo ahagana saa munani z’ijoro Polisi ihitamo kunjyana kuri Hopital Muyinga. Bahise banshyiramo serumu  6 icya rimwe. Mu gitondo nzanzamutse umuganga wamvuraga twaraganiriye aba ari naho menyera ko Polisi yanzanye ivuga ko ari umunyamahanga batoraguye k’umuhanda yasinze ariko iby’umugore wanjye ntibabivuga.”

Yenga akomeza agira ati "kuwa mbere mu gitondo bankoreye ikizamini rusange (examen generale) basanga nangiritse impyiko ndetse nsaba ko bajya no kuzana umugore wanjye wari wasigaye kuri kasho nawe muganga aramusuzuma yemeza ko yafashwe ku ngufu kuko yanaviriranaga. Umuganga yahamagaye umushinjacyaha hamwe na wa mucamanza hamwe n’umukozi wa APRODH ariko birangira bavuze ko ntacyo badufasha kuko twafashwe ku mabwiriza ya guverineri,  na komiseri wa Polisi kandi ko bari munsi y’amategeko yabo.”

Kugeza ubu nyuma y’amezi arenga 2 bafashwe, Yenga Fidele  na Milindi Solange bafungiwe by’agateganyo muri Gereza Nkuru ya Ngozi (Prison Centrale de Ngozi). Bavuga ko batazi icyo baregwa kuko batakibwiwe.

Icyo Polisi y’u Burundi ibivugaho

Umuvugizi wa Polisi ya Muyinga (commissaire regionale), Nkurunziza Jean Bosco yanze kugira byinshi avuga; icyakora ati "abo Banyarwanda babafatiye escrocquerie” maze ahita akupa telefoni ndetse twongeye kumuhamagara aratwiyama.

Umushinjacyaha wa Muyinga yanze kugira ibyo adutangariza ndetse na telefone  y’Umuvugizi w’Ubushinjacyaha bukuru bwa Repubulika y’u Burundi akaba anavugira Urukiko rukuru rw’igihugu ntiyigeze icamo.

Iki kinyamakuru cyifuje kumenya niba polisi y’u Rwanda yaba izi aya makuru, maze umuvugizi wayo  ACP Damas Gatare  avuga ko atayazi.

Yenga Fidele  avuga ko nta banyamakuru  mu Burundi batangaje iby’iyi nkuru kuko ngo  n’uwabigerageje ukorera  Radiyo ya RPA mu Burundi yahise akurikiranwa na Polisi kugeza ubwo ahungiye muri Tanzania.


Amafoto yakuwe kuri facebook yabo babiduhereye uburenganzira.. ngo tubirungike kumutandaho     *by blaiton news*


TWANDIKIRE IVYIPFUZO VYAWE
 3
 13
 13

Ijumaa, 7 Februari 2014

Amerika irimwipererezwa iyicwa rya Karegeya


Patrick Karegeya wiciwe muri Afrika yepfo
Leta zunze ubumwe z'Amerika yamaganye iyicwa muri Afrika yepfo ry'uwahoze ashinzwe iperereza mu Karegeya.
Umurambo wa bwana Karegeya - wabaga mu buhungiro - wabonetse muri hoteli mu ntangiriro z'uku kwezi.
Umuvugizi wa ministeri y'ububanyi n'amahanga y'Amerika yavuze ko icyo gihugu cyatewe impungenge n'amagambo perezida w'Urwanda, Paul Kagame, aherutse kuvuga, aho yavuze ko hashobora kuba ingaruka kubagambaniye igihugu
.
Yongeye ho ko hari impungenge zuko hakomeje kuba ubwicanyi bushingiye kuri politike ku banyarwanda bakomeye baba mu buhungiro.





TWANDIKIRE  IVYI PFUZO VYAWE

Alhamisi, 6 Februari 2014


Sikiliza na kudownload Nyimbo Mpya kabisa ya
Hammer Q Hammer Q , January 1, 2014.
NI ZAWADI KAITOA YA MWAKA MPYA KWA WAPENZI
NA MASHABIKI WAKE.unaweza share


SHUKA CHINI KUTOA MAONI YAKO
Abanyepolitike bo mu Burundi  bakwiye kuja hamwe bagategura amatora yo 2015" atagira utunenge  
post....blaiton

Imigambwe yemewe n’amamategeko mu Burundi iri mu ruganda rw’iminsi ibiri, aho bariko baravugana ibijanye n’ugutegura amatora meza yo mu mwaka w’2015, mu gutanguza icuka ciza hagati y’imigambwe, co kimwe n’ukurandurana n’imizi ukutihanganiranira mu vya politike.
Muri urwo ruganda rwuguruwe n’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyakubahwa Bernard Busokoza, yasavye ko hovamwo ikintu kizima, kizofasha abanyapolitike bo mu Burundi bumva kumwe urugendo rugana mu matora yo mu mwaka w’2015. Kuri ivyo nyene, icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu akaba asaba abakuru b’imigambwe ko bofasha urwaruka rukomoka mu migambwe yabo, ukutihanganiranira kuvurwa mu gihugu kukaba nk’umugani.
Urwo ruganda rwatunganijwe n’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu bufashijwe n’ishirahamwe ry’Abanyamerika IFS mu ntumbero yo gutegura amatora meza yizewe na bose, kandi atagira utunenge. Abagiye barafata amajambo rero bose bakaba bagaruka ku gutegura amatora meza, yizewe na bose. Yaba uwuserukira Leta zunzubumwe z’Amerika canke uwuserukira umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU mu Burundi, basaba Leta y’Uburundi n’abanyapolitike bose muri rusangi ko amatora yo mu mwka w’2015 yoba akarorero.
Twobamenyesha ko inyuma yaho, habaye akanama hagati y’abari mu runani ADC Ikibiri, aho bariko bararabira hamwe ibiri ku rutonde rw’ivyirwa. Bavuga ko uravye urutonde rw’ivyirwa ruhushanye nivyo bari bamaze kwumvikana n’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, ndetse bamwe mubo muri ADC ikibiri bakavuga ko ataco biteze kinini muri urwo ruganda, ko ahubwo ari ugushaka kubeza agatima, narirya hari aho bakigirirwa iterabwoba, eka kandi hakaba hari imigambwe imwe mu yihurikiye muri urwo runani ifise ingorane zuburongozi, izo nazo bakazagiriza ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu.
Izo ngorane rero zibonekeje no mu nyubakwa yariko iberamwo urwo ruganda, aho imigambwe imwe imwe wasanga ifise abayiserukiye barenga babiri, mu gihe hatumiwe umuntu umwe umwe, ivyo bikagaruka kuri za ngorane zisanwzwe ziri muri politike y’Uburundi. Akarorero umugambwe FNL gushika ubu ufise abarongozi babiri, umwe yemewe n’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, mu gihe uwundi nawe avuga ko ashigikiye n’abanamarimwe. Iyo ngorane nyene igaruka no muri UPD Zigamibanga, iyo migambwe yose igice kimwe kimwe kiri muri ADC mu gihe ikindi gice usanga bivurwa ko gicuditse na Leta.
Urwo ruganda rwitabwe nabatari bake harimwo imigambwe yose iri mu runani ADC Ikibiri, abahoze barongoye igihugu, abarongoye imigambwe iri ku butegetsi, abari mu yindi migambwe yemewe n’amategeko, abaserukira ibihugu vyabo mu Burundi, abaserukira amashengero, abari mu murwi w’igihugu ujejwe gutegura amatora, bamwe mu baburamatari, abari mu mashirahamwe ataho yegamiye mu vya politike, n’abandi atari bake.
************************* BLAITON  NEWS **********************   www.blaitontb.com*****************************