MENYEKANISHA IBIKORWA VYAWE HANO

Ijumaa, 5 Desemba 2014

UYUMUKOBWA YIMUYE UYUMUHUNGU NGO BABANE HAFI NONE BACIYE BAMUTERA IMBANYI UNO MUKOBWA KANDI UYUMUHUNGU YARI YAMUKOYE RABA UKUNTU HABADAYI AMAHERA YAGE. RABA HANO

http://www.nation.co.ke/image/view/-/2524714/highRes/877416/-/maxw/600/-/dfghbn/-/ki_pix.jpg


uyumukobwa twarakundanye imyaka 4  nditanga  kirakintu yashaka   ndaremera nkakigurana mpaka  mpaka akakironka   kuko twari  yaba muyindi    city kushika  haba ndafata indege  mwigari yaramasaha  cenda9   uyumukobwa  acatangura kumbarira ngo ndimuke ndamwegere   vyaramaze kungora  kuca ndimuka  ubwo nyene  niho ndaca ndabamenyesha  Abavyeyi banje  bavuga   Ati nimba ndamukunze nimvuge bankwerere ndamurongore  niho ndaca ndabimubwira  nawe aca anyishura Ati  ngamurindire  yige imyaka2 kuri collg.  ariko ntivyanguye neza  mubuzima  uyumukobwa  nyene yaguma ambarira  ngo ndimuke ngo ndamwegere  haragere igihe kimwe ndimuka  shikira iwabu  bona kobitari sawa  candahava mba kumuryango wabo   tumaranye imyaka 3 atangura kumpemukira buke buke  aca araja kwigira muyindi city kuva homba nagushika hagiye yaramasaha 2 ariko kira mumisi ya weekend yama yaje muhira  niho yaca ambarira  ngo afise uyundi muhungu bakundanye  kandi nanje  ndaza ndamukoye   baciye  ibihumbi $ 9  ndaciye ntanga ikice niho   haciye imisi  mike niho  yatanguye kunyereka  aphoto yuwundi muhungu ambarira  ngo niwe mukunzi wiwe  niho ndaca ndabishira  mubashinganahe   abavyeyi biwe niho batangura kumubaza    kwarivyo vyobumva kubijanya jewe nawe   uyumukoba  niho yaca  avyemera  avuga uko  muvyumva nuko biri simpindura  sewiwe nawe ati uvuze gute?  umukobwa nawe ati nuko uvyumvise   umuhungu niho yavyihoza vyaramubabaje gose  acatangura kwiyumvira ikituma yimutsa  kubwuwo mkukobwa  kandi abavyeyi buwo muhungu bara  mwandikiye amamasegi   bamutuka gosi ko atabwenge  afise  yuko yarongowe  ariko  uwo muhungu agerageza kwihangana  kuko bosi baririmba hamwe   uwomukobwa  haciye indwi 3 niho yiyumviye  asaba imbabazi kubavyeyi hamwe nuwo muhungu  mwikanisa  kandi  Ikanisa ryuzuye abantu  atangura kurira bukomeye  gose  mugihe  yariko arasaba ikigongwe  ariko  ubu naho uyomuhungu yumva  ngo uwomukobwa ngo afise imbanyi  yindaro  kandi siyuwo muhungu Avuga ko ariyuwundi muhungu.  * .ubu hayishuza  amahera yiwe ibihumbi $6..  birababaje kwimuka kubwumukobwa  ugata abavyeyi kubera umukobwa  haciye  Umwaka 1  akaca aguheba   ukaca wumva ngo afise imbanyi  kandi wamukoye  Raba uwo vyishikiriye.kwirikirana izindi nkuru ngaha >> www.blaiton.com

Hakuna maoni:

Chapisha Maoni

Zingatia: Mwanachama wa blogu hii tu ndiye anayeweza kuchapisha maoni.