MENYEKANISHA IBIKORWA VYAWE HANO

Jumanne, 18 Februari 2014

RABA UMWANA WA LOLILO NA CHANELLA IZINA RYUWO MWANA NI LAHMA

                         lahma  azohora yibutsa  lolilo na  chanella kobigeze kukundana *
  •  Lahma azohora yibutsa Lolilo na Chanelle ko bigeze gukundanaa

 post... by blaiton.

Lahma ni umwana w’umuririmvyi Nzeyimana Nassor azwi kw’izina rya Lolilo yavyaranye n’umuririmvyi mugenzi wiwe Gitare Chanelle igihe bari bagikundana, kubwabo ngo iyo babonye uwo mwana bibibutsa ko bigeze gukundana.

Lolilo na Chanelle babonye umwana bararyoherwa cane ivyo bigatuma umwana akomeza kwitabwaho n’abavyeyi bombi.
Ubu Lahma yibera kwa nyina kuko se wiwe afise abandi bana babiri yavyaranye nundi mugore, abo nabo bakaba baba hanze y’igihugu c’ubundi.
Urukundo rwa chanelle na Lolilo abantu baruvugako vyinshi bitandukanye bamwe bati baracakundana abandi bati no mw’ibarabara ntibaramukanya baranganye burundu.
Ariko bose uko babivuga sivyo kuko umuntu mwavyaranye mukaba munakora bimwe mugahurira mubiteramo bitandukanye ntimwobura kuramukanya.
Ariko ubu biboneka ko urukundo bari bafitaniye rwagabanutse cane kuko ubu chanelle asigaye yitwa Queen flow kubera umukunzi wiwe bakundanye ubu yitwa R-flow ku bwa chanelle akitwa King chanelle.

Iyi ndirimbo  akaba ari  albumu ya lolilo  yambere batanguye kumenyana  na chanella     raba   VIDEO .............=>
                       TWANDIKIRE  IVYIPFUZO  VYANYU

Hakuna maoni:

Chapisha Maoni

Zingatia: Mwanachama wa blogu hii tu ndiye anayeweza kuchapisha maoni.