Alhamisi, 16 Aprili 2015
Ijumaa, 27 Machi 2015
Ijumaa, 20 Februari 2015
Ijumaa, 16 Januari 2015
Ijumaa, 9 Januari 2015
Impamvu itumye Kidum ahagarika ibiteramo yarimwo muri leta zunze ubumwe za amerika, soma ngaha
Kidum Kibido kibuganizo ngo agiye guhagarika ibiteramo arimwo muri leta zunze ubumwe za amerika mu ntumbero yo gukora indirimbo nshasha hamwe n’amasanamu y’indirimbo ziwe aho nyene muri leta zunze ubumwe za amerika nkuko tubishikirizwa n’umwunganizi wiwe(Manager). IZINDI NKURU HANO>> www.blaiton.com
Mu kiganiro yahaye Indundi Magazine yemenyesheje ko Kidum hampande yo gukora izo ndirimbo, ngo agiye no kwandikira indirimbo abantu bazimusavye muri ako gace nyene, ngo akazoca abandanya n’ibindi biteramo bisigaye inyuma y’ico gikorwa. Akaba yanaboneyeho akaryo ko gushimira Diaspora ukuntu bitabira cane ibiteramo vy’uwo muririmvyi.
Mu mpera z’ukwezi kwa 1, ico gihangange kikazoca gishika kandi muri Phoenix aho azoba agiye kumara inyota abatashoboye kumubona aho yaherukayo mu kwezi kwa 3 kwa 2014 ngo kubera batangaje umwanya muri ico giteramo. Akaba aheruka gukora ibiteramo muri Boston, Washington Dc hamwe no muri Portland Maine.
Mu makuru yacu yo hanyuma tukazobabwira abo agiye kwandikira indirimbo hamwe n’ibindi biteramo azoba arimwo mu kwezi kwa 2. IZINDI NKURU HANO>> www.blaiton.com
Jumatano, 7 Januari 2015
UMURIVYI KIDUM KIBIDO AKABA ABARIZWA MIGIHUGU CA AMERIKA MUBITARAMO BITANDUKANYE

Bishasha vy’ibihumbiri bibiri na cumi na gatantu ,aje atavyorosha uy'umwaka 2015 igihangange mu muziki w’uburundi bwacu amaze imyaka mirongo itatu arambiye mu kazi ku muziki uwo nawe ni KIDUM KIBIDO akaba abarizwa mugihu ca America mubiteramo bitandukanye yagiyemwo, muri kano kanya tukuzaniye Video yaranze igiteramo ca mbere yakoreye hiyo nyene muri AMERICA ahitwa PORTLAND MAINE (USA)eka nsinkuru mbarirano yarabiciye biracika mundirimbo yiwe ya mbere yatanguriye kuririmba yitwa DUZIBIGANZA ntivyari vyoroshe namba abantu bose batambisha imitwe mukuyizuguza biteye ubwoba aho ntimugihe KIDUM KIBIDO ababwira ati zungurusha umutwe akaruru kari kenshi eka sivyo gusa abakobwa boba baribaje bamwiteguriye inyuma y’indirimbo DUZIBIGANZA hinjiye iyitwa AMASOZI Y’URUKUNDO yoyo barayirimvye birakomera ibirori vyakomeje biboneka ko aba fans ba KIDUM KIBIDO vyabaguye neza hagiye indirimbo NITAFANYA bakomye induru rimwe intambo zose
KWIRIKIRANA VIDEO INGENE IGITERAMO CAGENZE MURI PORTLAND MAINE (USA) >>>http://www.blaiton.com
Jumamosi, 3 Januari 2015
tusangire ijambo ryi mana kuruyumusi mwiza imana yakuzigamye urimuzima ntaco wayihaye..audio..
shimira imana yawe yakushikanye kuruyu musi Urimuzima … Imana ivuga aya majambo yose, iti+: 2 “Ndi Yehova Imana yawe+yagukuye mu gihugu ca Misiri, mu nzu y’abashumba+3 Ntukagire izindi mana+ izo ari zo zose unzana mu maso. 4 “Ntukihingurire igishusho c’ikibazano canke ishusho imeze nk’ikintu ico ari co cose kiri mu majuru hejuru canke kw’isi hasi canke mu mazi munsi y’isi+. 5 Ntukavyunamire canke ngo woshwe kubikorera +kuko jewe Yehova Imana yawe ndi Imana isaba kwiheberwa yonyene gusa+, izana igihano ku bana ku bw’ikosa rya ba se, kw’iyaruka rigira gatatu no ku rigira kane, ku banyanka+; 6 mugabo nkagirira ubuntu bwuzuye urukundo iyaruka rigira igihumbi ku bankunda bakagumya amabwirizwa yanje+ .7“Ntugafate izina rya Yehova Imana yawe nk’aho ata co rimaze+, kuko Yehova atazoreka guhana uwufata izina ryiwe nk’aho ata co rimaze+,8“Mu kwibuka umusi w’isabato ngo uwufate ko ari mweranda+’9 uzokora akazi kandi urangure igikorwa cawe cose mu misi itandatu+.10 Mugabo umusi ugira indwi ni isabato kuri Yehova Imana yawe+. Ntuze ukore igikorwa na kimwe, wewe canke umuhungu wawe canke umukobwa wawe, umushumba wawe canke umushumbakazi wawe canke igitungwa cawe canke kavamahanga wawe ari mu marembo yawe+. 11 Kuko mu misi itandatu Yehova yakoze amajuru n’isi n’ikiyaga be n’ikintu cose kiri muri vyo+, hanyuma agatangura kuruhuka ku musi ugira indwi+. Ni co gituma Yehova yahezagiye umusi w’isabato, akawugira mweranda+’12 “Tera iteka so na nyoko+kugira ngo imisi yawe ibe myinshi ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe+ 13 “Ntukice+, 14 “Ntukarenge ibigo+.15 “Ntukibe+. 16 “Ntugashinge intahe y’ikinyoma wagiriza mugenzawe+.17 “Ntukipfuze inzu ya mugenzawe. Ntukipfuze umugore wa mugenzawe+, canke umushumba wiwe, canke umushumbakazi wiwe, canke ishÅ«ri yiwe, canke indogobwa yiwe, canke ikintu na kimwe ca mugenzawe+.” 18 Ico gihe abantu bose bariko babona imituragaro n’ukurabagiza kw’imiravyo, n’ijwi ry’inzamba, n’umusozi ufumba umwotsi. Abantu ngo babibone, batangura kudegedwa, bahagarara nka hariya+. 19 Baca batangura kubwira Musa bati: “Ba ari wewe uvugana natwe, natwe twumvirize; mugabo Imana ntibe ari yo ivugana natwe, ntiduhave dupfa+.”20 Musa abwira abantu ati: “Ntimutinye, kuko icatumye Imana y’ukuri iza ari ukugira ngo ibageze+, no kugira ngo ukuyitinya kugume imbere y’amaso yanyu ngo ntimucumure+.” 21 Abantu baguma bahagaze nka hariya, mugabo Musa yegera ca kigwi c’igicu cijimye aho Imana y’ukuri yari+’22 Yehova yongera kubwira Musa+ ati: “Ibi ni vyo ubwirizwa kubwira bene Isirayeli: ‘Ubwanyu mwariboneye yuko navuganye namwe ndi mu majuru+.23 Ntimugahingure imana z’ifeza zo kumbangikanya, kandi ntimukihingurire imana z’inzahabu+,24 Uze unkorere igicaniro c’ivu+, kandi uze ugishikanireko amashikanwa yawe aturirwa be n’ibimazi vyawe vy’ugusangira, umukuku wawe n’ubusho bwawe+. Aho nzotuma izina ryanje ryibukwa hose, nzoza kuri wewe kandi sinzobura kuguhezagira+.25 Kandi niwankorera igicaniro c’amabuye, ntuze wubakishe amabuye abajwe. Uramutse ugikojejeko isinzo yawe, uzoba ugihumanije+”26 Kandi ntuze uduge ingazi uja ku gicaniro canje, kugira ngo ibihimba vyawe vy’ibanga ntibije ahabona hejuru yaco.’ MURAKOZE KURIMWESI MUBONYE UBUTUMWA BWI MANA TUMIRA UMUGENZI WAWE >http://www.blaiton.com/wp-content/uploads/2014/11/Upendo-Kilahiro-NKUNDA.mp3
UMVIRIZA INDIRIMBO HANO HEPFO….>>”
Jumatatu, 29 Desemba 2014
Raba ukuntu bamwakiriye DIAMOND m' uburundi kukibuga cindege abashabiki bari beshii
http://www.blaiton.com/mt-number-one-ni-msan

KWIRIKIRANA IZINDI HANO >>> http://www.blaiton.com/mt-number-one-ni-msan
Diamond barikumwe na team Bujumbura Airport
Diamond abashabiki biwe Bujumbura Airport kumpokea

igihe baza bavuye kuri Airportbageze mubamenyesha makuru
Diamnond abamenyesha makuru barikumubaza ibibazoo
press conference barikuvugana ijambo na Meneja wa Diamond Salaam
uyumu kobwa yariko abaza ikibazo diamond
KWIRIKIRANA IZINDI HANO >>> http://www.blaiton.com/mt-number-one-ni-msan
Jumamosi, 20 Desemba 2014
Prezida w'Uburundi Pierre Nkurunziza yahaye ikiganiro co kurangiza umwaka abanyamakuru n'abanyagihugu ku bibazo bitandukanye bivugwa mu gihugu.
Prezida w'Uburundi Pierre Nkurunziza yahaye ikiganiro co kurangiza umwaka abanyamakuru n'abanyagihugu ku bibazo bitandukanye bivugwa mu gihugu. URAKWIRIKIRANA IZINDI NKURU HANOhttp://www.blaiton.com
Mu vyabajijwe harimwo amatora yo mu mwaka uza n'uburyo ariko arategurwa.
Amashirahamwe adaharanira inyungu za politike n'imigambwe itavuga rumwe na leta imaze gusaba ko ibizova mw'iyandikwa ry'abazokwitaba amatora bitohabwa agaciro kuko ngo vyabayemwo amashinyu menshi.
Umukuru w'igihugu yasavye ababivuga kurindira ico umugwi ujejwe amatora CENI uzoshikiriza kandi bawureke ukore 'ata gucibwa ivutu''.
CENI izobonana n'abo bose begwa n'amatora ku wa mbere uza.
Prezida Nkurunziza yanabajijwe ko mazokwitoza ubugira gatatu.
Yavuze ko ico kibazo amaze kucishura incuro cumi zose asubiramwo ivyo amaze kuvuga ko atariwe yigene ngo yitoza ari umugambwe wiwe ubikora.
Yavuze ko ibwirizwa nshingiro rifise ico ribivugako ariko ntiyavuze ico rivuga.
Hanabajijwe ikibazo c'umutekano inyuma y'aho havugiwe cane abantu bataziriwe ba ''rugoti'' bahungabanya umutekano. Bivugwa ko ari imisoresore yoba yavuye i Kiliba muri Congo aho yoba yaraherewe inyigisho za gisirikare.
Umukuru w'Uburundi yahakanye ko ba rukoti batabaho ari ibihuha bijanye n'igihe c'amatora....KWIRIKIRANA HANO >>http://www.blaiton.comIjumaa, 19 Desemba 2014
MT NUMBER ONE akomeje kumenyekanisha igihugu c’u Burundi camwibarutse mubijanye na kazi ku muziki akora aho atuma abarundi bari mumahanga batibagira indirimbo zabarundi
Yaramaze igihe kini cane gose ategura urukwirikirane rudasanzwe rugize ALBUM nshasha igizwe n’indirimbo vyamufashe ikiringo c’amezi n’ayandi kuko yashaka ko umwaka w’ibihumbi bibiri na cumi na kane ntuhere atarayiraheza kuyitunganya ije ahagaragara s’uwundi n’umuririmvyi MT NUMBER ONE akomeje kumenyekanisha igihugu c’u Burundi camwibarutse mubijanye na kazi ku muziki akora aho atuma abarundi bari mumahanga batibagira indirimbo zabarundi nkaho twovuga igihugu abamwo ca LETA NZUZE UBUMWE ZA AMERICA ngaho turavuga mubihugu vyohanze. Tunaravye mu Burundi aho yavukiye ntahonyene arawuteza imbere kuko asanzwe afise Studio yitwa INDONYI RECORDS iguma ikora ibikora. MT NUMBER ONE m’umwanya wahera ahejeje kugaragaza urutonde rwa ALBUM yiwe nshasha ikaba yiswe THE BEST OF MT NUMBER ONE ifise urukwirikirane rudaswe rw’indirimbo 14 zifise ubutumwa butandukanye. Tukumenyeshe mu fans w’umuririmvyi MT NUMBER ONE aho urihose ntuzotangwe kwigurira iyo ALBUM THE BEST OF MT NUMBER ONE twashoboye kuyitegereza neza kandi twaranashoboye kumvamwo indirimbo zimwe zimwe zose kuvy’ukuri zifise ubutumwa buhumuriza abantu bari mumice itandukanye turavuga mumibano , muvy’urukundo mu vyugufahanya eka twokubwira uzobe uwambere kwigurira ALBUM THE BEST OF MT NUMBER ONE nabwo uzoba uhovye ahubwo uzungura vyinshi bishobora kugufsha kwongerereza ivyiyumviro vyubaka.
AMAZINA AGIZE URUKWIRIKIRANE RUSHASHA RWA ALBUM THE BEST OF MT NUMBER ONE RUMAZE KUJA AHABONA RUGIZWE N’INDIRIMBO 14
Reka tuguhonje indirimbo imwe igize ALBUM THE BEST OF MT NUMBER ONE uraheza ushobore kuyigura ALBUM washimye ubutumwa burimwo kuko harya ufise ALBUM ORIGINAL CD birafasha gusumba mugihe uba uri muhira urashobora kuyishira mw’iradiyo ukumviriza cane uri mw’imodoka yawe.
Nkuko uhejeje kubona urutonde rwa Album THE BEST OF MT NUMBER ONE ukaba warushimye wifuza kugura iyo Album urashobora kurondera umuririmvyi MT NUMBER biciye muburyo bworoshe kuko turazi ko ibihugu bitanduaknye haraho wobura agakarata ko rwakura uwo muririmvyi ushaka kugura CD ya ALBUM THE BEST OF MT NUMBER ONE uca kurubuga rwa Facebook yiwe ukoresheje ay’amazina yiwe MT NUMBER ONE canke ifyondere hano https://www.facebook.com/embarushimana?fref=nf uhite umutora ubwonyene ushobore kwironkera kare ALBUM THE BEST OF MT NUMBER ONE ama CD yazo atarahera.
- See more at: http://www.ikirere.com/news/the-best-of-mt-number-one-ni-album-nshasha-yumuririmvyi-mt-number-one-irimwo-indirimbo-14-zirabe/#sthash.sPolSN3j.dpuf EKA MUKWIRIKIRANE HANO>>>>>>>> http://www.blaiton.com/mt-number-one-ni-mJumanne, 16 Desemba 2014
raba ano mafoto yabaririvyi babarundikazi Chany queen NA Olga abastarkazi baabrundi bakomeje kwifotoza amafoto yatuma abagabo babarondera raba nawe hano.
Muri iyi Minsi abastarkazi baabrundi bakomeje kwifotoza amafoto akurura abagabo ( attirante )
muri iyi minsi umuntu ashaka kumenyekana kumbuga za internet hose, abastar benshi basigaye bamwe bafata amafoto bambaye ubusa. nubwo abafana benshi baca bafata ukutariko abo bastarkazi baba bafashe amafoto bahenye. ariko mubastarkazi bamwe bamwe twagiye, umwe atashatse ko tumuvuga izina akaba yavuze ati :
nkanje ndi mukazi, umuziki nakazi mukandi, kandi akazi akarikoko kose gafise ikibiranga,
ninkabakora akazi ko kuvura bafise impuzu zibaranga, abakora akazi ko kwubaka gafise impuzu zibaranga, nico kimwe nakazi nkora, akazi kumuziki kaba gasaba ko uboneka neza, ukisiga amavuta, ukerekana umubiri wawe, hamwe usanga ukeye, benshi baca bibaza ngo ndindaya nibindi nibindi ariko sivyo il faut ko abantu bamenya akazi nikibiranga, kuba dufata amafoto canke twambara uduhuzu duto sukuvuga ko tuba dushaka abagabo, nkanje nsanzwe ndanamufise, kandi ntabwo ashobora kunshavurira ngo mfata amafoto mpenye, kubera nakazi kanje, kandi utegerezwa kunkunda ukondi. akarorero nkabo bastar bo hanze, baba bafise abagabo.
raba aya niyo mafoto mashasha ya Chany queen akaba yashizwe kurubuga rwa facebook nincuti yiwe ntaganzwa. Kwirikirana Hano>>>http://www.blaiton.com,
http://www.blaiton.com aba sani bakomeje kumenyekana barundi kazi naba Olga Na Chany queen http://www.blaiton.com http://www.blaiton.com http://www.blaiton.com umusani wumwigeme muburundi Chany queen `http://www.blaiton.com
muri iyi minsi umuntu ashaka kumenyekana kumbuga za internet hose, abastar benshi basigaye bamwe bafata amafoto bambaye ubusa. nubwo abafana benshi baca bafata ukutariko abo bastarkazi baba bafashe amafoto bahenye. ariko mubastarkazi bamwe bamwe twagiye, umwe atashatse ko tumuvuga izina akaba yavuze ati :
nkanje ndi mukazi, umuziki nakazi mukandi, kandi akazi akarikoko kose gafise ikibiranga,
ninkabakora akazi ko kuvura bafise impuzu zibaranga, abakora akazi ko kwubaka gafise impuzu zibaranga, nico kimwe nakazi nkora, akazi kumuziki kaba gasaba ko uboneka neza, ukisiga amavuta, ukerekana umubiri wawe, hamwe usanga ukeye, benshi baca bibaza ngo ndindaya nibindi nibindi ariko sivyo il faut ko abantu bamenya akazi nikibiranga, kuba dufata amafoto canke twambara uduhuzu duto sukuvuga ko tuba dushaka abagabo, nkanje nsanzwe ndanamufise, kandi ntabwo ashobora kunshavurira ngo mfata amafoto mpenye, kubera nakazi kanje, kandi utegerezwa kunkunda ukondi. akarorero nkabo bastar bo hanze, baba bafise abagabo.
raba aya niyo mafoto mashasha ya Chany queen akaba yashizwe kurubuga rwa facebook nincuti yiwe ntaganzwa. Kwirikirana Hano>>>http://www.blaiton.com,
http://www.blaiton.com aba sani bakomeje kumenyekana barundi kazi naba Olga Na Chany queen http://www.blaiton.com http://www.blaiton.com http://www.blaiton.com umusani wumwigeme muburundi Chany queen `http://www.blaiton.com
kwirikirana izindi hano>>> http://www.blaiton.com
Jumamosi, 13 Desemba 2014
BANO BASANI BABAKOBWA BAKABA BAKUNZE IMPUZU NGUFI GOSE RABA AMA PHOTO YABO YARIHANO..
Nyuma y’ubushakashatsi hifashishijwe indirimbo n’imbuga nkoranyambaga
z’abahanzi hari abakobwa bagaragara muri showbiz bakunda imyambaro ngugufi.>>>>>>>.>>> www.blaiton.com

6.SACHA KAT
Sacha yagaragaye bwa mbere mu ndirimbo za Urban Boys, ariko kugeza ubu na we ni umuhanzikazi nyarwanda, aho usanga mu bitaramo henshi aba yiyambariye imyenda migufi, bikagaragarira cyane ku rubuga rwa facebook.************************************************.>>> www.blaiton.com

5.JODY PHIBI ********************
.>>> www.blaiton.com
Ni umwe mu bahanzi bazamutse vuba cyane, usanga amaze no gukorana n’abahanzi bagenzi be indirimbo zitandukanye. Akaba nawe rero yaraje kuri urwo rutonde aho usanga indirimboze nyinshi yambaye imyenda migufi.

5.KNOLIA ISARO LYDIE
Uyu Lydie akaba azwi cyane nk’inshuti y’abahanzi, cyane cyane aho usanga agaragara ku rubuga rwe rwa facebook yambaye imyenda itari miremire.nawe akaba agaragara muma video menshi.>>> www.blaiton.com
.
&**************************************************** KWIRIKIRANA IZINDI NKURU HANO....
.>>> www.blaiton.com

3.ODA PACCY

2. BUTERA KNOWLESS >>>>> IZINDI NKURU ZIWE HANO
.>>> www.blaiton.com

Knowless azwi mu njyana ya R’n’B hano mu Rwanda, na we aza kuri uru
rutonde nk’umuririmbyikazi ukunda imyenda itari miremire, ku buryo na we
agaragara henshi yambaye imyenda migufi.


1. KEZA STAMINA FEARLESS,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,
.>>> www.blaiton.com
Uyu waje ku mwanya wa mbere na we yagaragaye cyane mu mashusho y’indirimbo z’abahanzi nyarwanda batandukanye harimo Nkunda ya Ciney, Ndi uwawe ya Passy n’izindi.
Keza akunda kugaragara yambaye imyenda migufi cyane ku mafoto yo ku rubuga rwa Facebook. Keza rero nyuma y’aho yagiye agaragara mu mashusho y’indirimbo z’abandi, ubu nawe yinjiye muri muzika atangira gukora indirimbo .>>> www.blaiton.com
6.SACHA KAT
Sacha yagaragaye bwa mbere mu ndirimbo za Urban Boys, ariko kugeza ubu na we ni umuhanzikazi nyarwanda, aho usanga mu bitaramo henshi aba yiyambariye imyenda migufi, bikagaragarira cyane ku rubuga rwa facebook.************************************************.>>> www.blaiton.com
5.JODY PHIBI ********************
.>>> www.blaiton.com
Ni umwe mu bahanzi bazamutse vuba cyane, usanga amaze no gukorana n’abahanzi bagenzi be indirimbo zitandukanye. Akaba nawe rero yaraje kuri urwo rutonde aho usanga indirimboze nyinshi yambaye imyenda migufi.
5.KNOLIA ISARO LYDIE
Uyu Lydie akaba azwi cyane nk’inshuti y’abahanzi, cyane cyane aho usanga agaragara ku rubuga rwe rwa facebook yambaye imyenda itari miremire.nawe akaba agaragara muma video menshi.>>> www.blaiton.com
.
&**************************************************** KWIRIKIRANA IZINDI NKURU HANO....
.>>> www.blaiton.com
3.ODA PACCY
2. BUTERA KNOWLESS >>>>> IZINDI NKURU ZIWE HANO
.>>> www.blaiton.com
1. KEZA STAMINA FEARLESS,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,,
.>>> www.blaiton.com
Uyu waje ku mwanya wa mbere na we yagaragaye cyane mu mashusho y’indirimbo z’abahanzi nyarwanda batandukanye harimo Nkunda ya Ciney, Ndi uwawe ya Passy n’izindi.
Keza akunda kugaragara yambaye imyenda migufi cyane ku mafoto yo ku rubuga rwa Facebook. Keza rero nyuma y’aho yagiye agaragara mu mashusho y’indirimbo z’abandi, ubu nawe yinjiye muri muzika atangira gukora indirimbo .>>> www.blaiton.com
Jumatano, 10 Desemba 2014
NTIVYOROSHE RABA INO MPUZU YA : LADY GAGA ITERANYE INSONI
uno musani LADY GAGA iyimpuzu yambaye iteye insoni avuga ngo nizo mpuzu zigezweho nawe gira chuvuze ngaho kwizo mpuzu>>>>> www.blaiton.com
Jumamosi, 6 Desemba 2014
Abakobwa bo muri cameroun amabere bayagendeza hejuru kubera izuba ryishi.barabe hano
Mu Gihugu ca Cameroun, kubera izuba ryishi bagendeza amabere hejuru. natwe tukibaza niba ari kumabere hashuha gusa tukabura. nkuko bivurwa numubayo ngo, iyo izuba rije havuga inyambaro nyinshi zimwe ziteye ubwoba, ngo mumwaka uheze hoho hari nkabakobwa bagenda mubabaraba batambaye amasiripe, bagaca bashirako akantu kabonerana hamwe umuntu aravye neza wasanga abona amabanga yose. uyu mwaka rero iyo nyambaro akaba ariyo yaje, none nkawe inyambaro nkizo nawe urazishigikiye ?canke nayandi mabanga tutazi ko vyoba bishoboka ko abakobwa bashuha amabere gusa mugihe cizuba ryinshi. raba ifoto ngaho.
Ijumaa, 5 Desemba 2014
UYUMUKOBWA YIMUYE UYUMUHUNGU NGO BABANE HAFI NONE BACIYE BAMUTERA IMBANYI UNO MUKOBWA KANDI UYUMUHUNGU YARI YAMUKOYE RABA UKUNTU HABADAYI AMAHERA YAGE. RABA HANO
uyumukobwa twarakundanye imyaka 4 nditanga kirakintu yashaka ndaremera nkakigurana mpaka mpaka akakironka kuko twari yaba muyindi city kushika haba ndafata indege mwigari yaramasaha cenda9 uyumukobwa acatangura kumbarira ngo ndimuke ndamwegere vyaramaze kungora kuca ndimuka ubwo nyene niho ndaca ndabamenyesha Abavyeyi banje bavuga Ati nimba ndamukunze nimvuge bankwerere ndamurongore niho ndaca ndabimubwira nawe aca anyishura Ati ngamurindire yige imyaka2 kuri collg. ariko ntivyanguye neza mubuzima uyumukobwa nyene yaguma ambarira ngo ndimuke ngo ndamwegere haragere igihe kimwe ndimuka shikira iwabu bona kobitari sawa candahava mba kumuryango wabo tumaranye imyaka 3 atangura kumpemukira buke buke aca araja kwigira muyindi city kuva homba nagushika hagiye yaramasaha 2 ariko kira mumisi ya weekend yama yaje muhira niho yaca ambarira ngo afise uyundi muhungu bakundanye kandi nanje ndaza ndamukoye baciye ibihumbi $ 9 ndaciye ntanga ikice niho haciye imisi mike niho yatanguye kunyereka aphoto yuwundi muhungu ambarira ngo niwe mukunzi wiwe niho ndaca ndabishira mubashinganahe abavyeyi biwe niho batangura kumubaza kwarivyo vyobumva kubijanya jewe nawe uyumukoba niho yaca avyemera avuga uko muvyumva nuko biri simpindura sewiwe nawe ati uvuze gute? umukobwa nawe ati nuko uvyumvise umuhungu niho yavyihoza vyaramubabaje gose acatangura kwiyumvira ikituma yimutsa kubwuwo mkukobwa kandi abavyeyi buwo muhungu bara mwandikiye amamasegi bamutuka gosi ko atabwenge afise yuko yarongowe ariko uwo muhungu agerageza kwihangana kuko bosi baririmba hamwe uwomukobwa haciye indwi 3 niho yiyumviye asaba imbabazi kubavyeyi hamwe nuwo muhungu mwikanisa kandi Ikanisa ryuzuye abantu atangura kurira bukomeye gose mugihe yariko arasaba ikigongwe ariko ubu naho uyomuhungu yumva ngo uwomukobwa ngo afise imbanyi yindaro kandi siyuwo muhungu Avuga ko ariyuwundi muhungu. * .ubu hayishuza amahera yiwe ibihumbi $6.. birababaje kwimuka kubwumukobwa ugata abavyeyi kubera umukobwa haciye Umwaka 1 akaca aguheba ukaca wumva ngo afise imbanyi kandi wamukoye Raba uwo vyishikiriye.kwirikirana izindi nkuru ngaha >> www.blaiton.com
Jisajili kwenye:
Maoni (Atom)
















