MENYEKANISHA IBIKORWA VYAWE HANO

Ijumaa, 7 Machi 2014

ALIDA BARANYIZIGIYE NU MUSANI WO MUBURUNDI SIMUSHASHA SOMA.


Umuririmvyi w’umurundakazi azwi kw`izina rya Alida BARANYIZIGIYE asanzwe akora akazi kiwe k`uburirimvyi mu gihugu kibanyi c`urwanda ngo benshi ntibari bamuzi muruwo mwuga nk`umuririmvyi naho abatari bake bakunda indirimbo ziwe nshasha .Uyo muririmvyi akaba yaramaze gufasha abandi baririmvyi nka Paci Nzitonda wo muri Etoile du Centre mu ndirimbo” L’amour “yasohotse mu 2004 hamwe n’abandi benshi yagiye arafasha. Alida BARANYIZIGIYE muri PRIMUSIC yari mu batanga amanota (Jury).Uyo murundikazi afise indirimbo zine aheruka gukora zikaba zikundwa cane murino misi ndetse ku masamirizi nka yose nazo ni “So sweet“, “This love“, “Mama land“, hamwe n’iyindi yakoranye na SAT-B “ Stay With me”. Umuziki wu Burundi ukaba ugenda uraronka abaserukizi (Ambassadeur) mu bindi bihugu, bikaboneka ko igihugu cacu kiguma ciyambika umutamana muri co gisata cu muziki.

                               TWANDIKIRE  IVYIPFUZO VYANYU
                       

Hakuna maoni:

Chapisha Maoni

Zingatia: Mwanachama wa blogu hii tu ndiye anayeweza kuchapisha maoni.