MENYEKANISHA IBIKORWA VYAWE HANO

Jumatano, 12 Februari 2014

UBURUSIYA : Umuggore Yihinduje Igitsina Ngo ahunge Impuzu .....SOMA IYO NKURU..

U Burusiya: Umugore yahinduje igitsina ngo ahunge umwenda

Yafashe umwanzuro wo kwihinduza igitsina kugira ngo ahunge umwenda (Ifoto/Interineti)

Mu gihugu cy’u Burusiya, umugore w’imyaka 38 witwa Natalia yihinduye umugabo yitwa Andriana kugira ngo ahunge impuzu w’amayero 2800 akurikiranweho mu rukiko nyuma yo kumara igihe adatanga imisoro.

Nk’uko tubikesha   Evguenia Zarynch, umuvugizi w’Akarere uyu mugore atuyemwo ka Astrakhan kari  mu Maja yepfo y’u Burusiya, yavuze ko mugore yarimwo impuzu ungana n’amayero 2 800. (2800 €).

Uyu muvugizi yagize ati "mu iperereza twakoze twasanze uyu mugore atakibaho  ko ahubwo ubu twasanze hariho umugabo”

Gusa ariko umuyobozi w’aka karere  yavuze ko kuba yarihinduje igitsina bitamukuraho iyo dosiye y ’impuzu yari afite, ati " yego azaba ameze nk’utakibarwaho iyompuzu, n’ubwo rwose yahinduye igitsina. Agomba rero kuza wishura. Nimba hari n’undi muntu ufite impuzu utekereza ko yawikuramo bene ako kageni, aribeshya cyane”

Uyu mugore Andriana yagize uyu impuzu bitewe n’uko atishyuraga imisoro.

Ubu aba mu buhungiro.
by blaiton        


                                            TWANDIKIRE  IVYI PFUZO  VYAWE
Share on Facebook 

Hakuna maoni:

Chapisha Maoni

Zingatia: Mwanachama wa blogu hii tu ndiye anayeweza kuchapisha maoni.