MENYEKANISHA IBIKORWA VYAWE HANO

Jumamosi, 8 Machi 2014

UMVIRIZA UYU MUZIKI WA BY BIG FIZZO WHAT'S MY NAME. UWUMVIRIZE NEZA. HEEE..

ngomba wumvirize ino ndirimbo hama duce dutangura kugira ico tuyivuze kubera hari nkuru twumva hariya iwacu iyo twavuye mu Burundi yabujije amahoro abanyamakuru bamwe bamwe bo mumaradiyo amwe amwe boba batahura ico yoba ivuga ninde yoyisigura neza  kugirango benshi batahure leave your comment and before you put your comment just listern it       
                             UMVIRIZA HANO HEPFO..




              TWANDIKIRE IVYI PFUZO VYANYU 

Hakuna maoni:

Chapisha Maoni

Zingatia: Mwanachama wa blogu hii tu ndiye anayeweza kuchapisha maoni.